Drama T - KOSHO (Official Video)

1,211,613
19
Publicado 2024-04-29
Director: ​⁠@johnelarts
Producer: Real Beat
M&M: @joellhoughton & Bob Pro
Editor: Sani B & John Elarts
Colorist: @JeakMedia
Photographers: Guy Gael & Andy Sp
Gaffer: King, Freddy & Janvier
Costumes: @santibujat
Make up: Jenny Black Bird & Danella Makeup

Special Thanks: - La Coupe Restaurant Buja
- Oscar Fashion


LYRICS
Verse 1

Sinjya mbeshya abo nitamwo
I don’t know how to say it
Iyo umfatishije ndizana

Coz I’m a cheater
Siniyoberanya
Uku mba nipoweye
Simvyegereza umutima

Mba nigize intama
Sha nditonda
Wazana uburara mba nka Ossama

Nta Deal(ru) z’ama bara na nyamacoma
Im gonna treat you right and love you hard uzonyurwa

Prechorus:

Gusa gufana ikipe imwe
Ntivyonyorohera
Ninkucomoka
Ntuzumbaririze

Nkubwiye ko nd’umu player
Ntakunda umuntu umwe
Nkagucomoka
Ntuzumbaririze

Chorus:

Ngo amanyanga nyarusha kosho
Uzovyumva hose
Gusa uzoba unzi uko ndi

Abagusaza uzajye ubiyama
Uko nje niko mpagaze
Uzunkundire icyo Oohh yeah

Mfunga la tete
Ufunga Les jambes
Its Crazy relationship

Verse2


Nubona nkuha n’umunota
Uje unshimira
Hari indi bitch y’ubu mechant
Iba iri inyuma

I need you to understand
If I let you down
S’uko utari level zanjye
Uri mwiza sha

So far you’re my darlin
Trust me you are
Even if what you heard may be true I love you

vyose ni urugamba tuzorugwana
If I let you down uzuvyumve niko ndemwe

Prechorus:

Gusa gufana ikipe imwe
Ntivyonyorohera
Ninkucomoka
Ntuzumbaririze

Nkubwiye ko nd’umu player
Ntakunda umuntu umwe
Nkagucomoka
Ntuzumbaririze

Chorus:

Ngo amanyanga nyarusha kosho
Uzovyumva hose
Gusa uzoba unzi uko ndi

Abagusaza uzajye ubiyama
Uko nje niko mpagaze
Uzunkundire icyo Oohh yeah

@dramat1826 #dramaT #Kosho

Todos los comentarios (21)
  • @hittoptv
    OooH maman Ngo DRAMA-T yazimye : WASAZE? WACOMYE? canke UVUGA IVYUTAZI😂😂😂Nakubari Big star
  • @NiyonzimaBoaz
    Hano murwand turakwemera boy urimo neza san abafana Drama T muntemo like 🇷🇼
  • @Sindayigayaamabyi
    Ndakwemere drama . Love from kgl. Abanyarwanda dukunda drama t vyo gusara .mpa like niba uvyrmera
  • @nachilon6529
    Umuntu wese wumvako iyindirimbo ari hit antemwo like 🇧🇮🇧🇮 proud of you brother 🎉
  • Daa sjuwi nimechelewa wapi ila naomben tu ata like 200 much love kwa drama t from dar 🇹🇿🇹🇿
  • @MarcNdatoye
    Abamaze kuyiraba 5fois mump likes song ni hit
  • @UYEIC
    Abantu bar barindiriy uwumusi aho Kosho ikwiza 1M munyihere likes...
  • @UYEIC
    Abantu mwemeza ko dimanche izoba ikwij 1M mumpe likes zanj
  • I'm from Bujumbura-Burundi but living in USA ❤ u Drama so allies keep putting your likes down here 👇👇👇
  • @JoiLapa-bx4wk
    Kosho itumye nguruka mu BICU , Vibe mugisagara ca NGOZI, n'umujisho , impa likes zanje niba wakunze ino ndrimbo kosho 🥰🥰🥰🌹🌹🌹🌹🇹🇿🇷🇼🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇺🇬🇰🇪
  • @KenoBoy-wb4bt
    Niba wemerako dramat Ari hit maker in East Africa mpa like
    Am rwandan but now am in USA 🇺🇸 we love you dramat 🔥
  • @user-gd9wv6mz8v
    Let us take this good music from Burundi 🇧🇮 to the World🎉🎉love from Canada 🇨🇦🇨🇦 !!! abemera Drama t mumpe likes tuhaturire 🔥🔥🔥🔥 !!!
  • @hittoptv
    Super Star🔥🔥🔥🔥🙌🏽🙌🏽🙌🏽🙌🏽
  • @NdizeyeBrian
    Iyi hit itegerezwa gukwiza 1M views in 4weeks uwuvyemeranya nanje tujeko👍 Drama T mu bicu✌️🫡🫡🥰🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
  • @JohnBerchimans
    Hano Zambia Natwe abarundi benewany turagufana.kand turagukeneye.uzekuduteramisha❤❤❤
  • @Ayocle
    Abarundi bagira melodi nziza cyane mwn Uzakorane na Ray G from Mbarara🇺🇬 mwakora hit idasanzwe